HARI ITEKA

1136

Musik skapad av kakunze freddy med Suno AI

HARI ITEKA
v4

@kakunze freddy

HARI ITEKA
v4

@kakunze freddy

Text
Kuber'iteka wanteye sinongenda ntashimye
Ryo kuba mu bana bawe
kubera ivyiza wampaye
kandi ntari ndabikwiye
R/ kugenda ntashimye
oya oya sinovyubahuka kugenda ntagushimiye
we mana wampaye vyose
n'ivyiza wangabiye birandengeye,
none mana yanje n'ubu uruhiriye
oya oya oyaye sinogenda ntashimye
Musikstil
Traditional Folk, Nostalgia, Soubrette, 80-120 BPM

Du kanske gillar

Cover av låten mia
v4

Skapad av Junior Gonzalves med Suno AI

Cover av låten SAW
v4

Skapad av farzad soltani med Suno AI

Cover av låten JESZCZE JEDEN DZIEŃ
v5

Skapad av Jerzyna K med Suno AI

Relaterad spellista