HARI ITEKA

635

Muziek gemaakt door kakunze freddy met Suno AI

HARI ITEKA
v4

@kakunze freddy

HARI ITEKA
v4

@kakunze freddy

Songteksten
Kuber'iteka wanteye sinongenda ntashimye
Ryo kuba mu bana bawe
kubera ivyiza wampaye
kandi ntari ndabikwiye
R/ kugenda ntashimye
oya oya sinovyubahuka kugenda ntagushimiye
we mana wampaye vyose
n'ivyiza wangabiye birandengeye,
none mana yanje n'ubu uruhiriye
oya oya oyaye sinogenda ntashimye
Stijl van muziek
Traditional Folk, Nostalgia, Soubrette, 80-120 BPM

Je houdt misschien van

Gerelateerde afspeellijst