HARI ITEKA

1253

Music Created By kakunze freddy With Suno AI

HARI ITEKA
v4

@kakunze freddy

HARI ITEKA
v4

@kakunze freddy

Lyrics
Kuber'iteka wanteye sinongenda ntashimye
Ryo kuba mu bana bawe
kubera ivyiza wampaye
kandi ntari ndabikwiye
R/ kugenda ntashimye
oya oya sinovyubahuka kugenda ntagushimiye
we mana wampaye vyose
n'ivyiza wangabiye birandengeye,
none mana yanje n'ubu uruhiriye
oya oya oyaye sinogenda ntashimye
Style of Music
Traditional Folk, Nostalgia, Soubrette, 80-120 BPM

You Might Like

Cover of the song Old Ranger's Hat
v4

Created By Đàm Nhã Lý With Suno AI

Cover of the song ODPOWIE CI WIATR
v5

Created By Jerzyna K With Suno AI

Cover of the song Добрий ранок
v4

Created By Dmitriy With Suno AI

Related Playlist

Cover of the song 다대포2
v4

Created By HeeJoong Park (VISC) With Suno AI

Cover of the song Rosa
v4

Created By Angelo Vinci With Suno AI

Cover of the song Наташка
v4

Created By Vahtang Roshal With Suno AI