HARI ITEKA

56

Musica creata da kakunze freddy con Suno AI

HARI ITEKA
v4

@kakunze freddy

HARI ITEKA
v4

@kakunze freddy

Testi
Kuber'iteka wanteye sinongenda ntashimye
Ryo kuba mu bana bawe
kubera ivyiza wampaye
kandi ntari ndabikwiye
R/ kugenda ntashimye
oya oya sinovyubahuka kugenda ntagushimiye
we mana wampaye vyose
n'ivyiza wangabiye birandengeye,
none mana yanje n'ubu uruhiriye
oya oya oyaye sinogenda ntashimye
Stile di musica
Traditional Folk, Nostalgia, Soubrette, 80-120 BPM

Potrebbe piacerti

Playlist correlata